Tchad iratewe umutima uhagaze bikomeye n'amajambo yashikirijwe ubu vuba na perezida w'Ubufaransa, yerekana ingendo y'akagaye kuri Afrika n'Abanya-Afrika,'' niko yavuze ku mboneshakure y'igihugu.
N'ubwo ata muti uremezwa ukivura canke urukingo, ibiza vya Marburg birashobora kuzibirwa vuba vuba". Yongerako ko "OMS/WHO itanga inama ko hatoba ikumirana. Ati ubu nico gihe co gukorana." ...