Naciye mfata inzira nja muri kimwe mu bitaro bikeyi bivura abakomeretse, aho ninjiye nkakirwa n'amarira y'ububabare. Nahuye na Nathaniel Cirho, umuganga yari yicaye ku gitanda c'ibitaro ...
Mu itangazo ryo kuri uyu wa kabiri, ihuriro Alliance Fleuve Congo ifite umutwe wa M23 - ivuga ko "yumvise amarira y'abaturage b'i Bukavu" nyuma y'ibikorwa by'ubugizi bwa nabi bakorewe mu mpera z ...